AFRIKMP3.COM

Africa Mp3 Download

Esther Nish x Kidum – Umbamwo

Need a web developer in nigeria
Esther Nish x Kidum – Umbamwo

By visiting our site, you have consented to our terms and conditions and Privacy Policy. In the event that you face any issue with respect to downloading mistake, or any error, DMCA Report OR need to ask for your most loved music, Then Kindly get in touch with us by filling the Contact Us Form. To start this download you need to click on [Download] Button. Remember that by downloading the [Mp3] you accept our terms and conditions.

Download

Lyrics

Esther Nish na Kidumu kibido ooooh

Ntarabibona niyumvira ko ntazokunda iyo.

Numv’urukundo rudashoboka

Ababivuga nabo nkabatwenga

Kuko numva bavuga l’amour

Sinamenya y’uko biryoha

Nakubonye vyose (birahinduka)×2

Ishusho yawe ikama igaruka muri jewe

Umutima wanje ugatera unyibuts’izina ryawe

Kuko niyumvisemw’ihinduka rikomeye

Kuko ibintu ntazi birashwaramwo bikomeye

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo

Ni wewe umbamwo ×2

Warampinduye unzana mu rukundo oooh

Ni wewe umbamwo ×6

Warampinduye unzana mu rukundo oooh

Ni wewe umbamwo ×2

Ivyo bintu bigushwayemwo kugira ngo ndabe ko twoba turwaye kimwe Nkukubise amaso ubwo nyene ntakaz’umwuka

Numvise ijwi ryawe ubwo nyene ntangura kw’i panga

Ntangura gupanga amajambo nzakukubwira ng’uryoherwe

Nkaca nja mu cumba kurondera impuzu nziza ngo mberwe

Uru rukundo ni compliquer,uru rukundo ni danger ×2

Rab ‘uko ngana rab ‘uk ungana hanyuma ukanjugumiza

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo

Ni wewe umbamwo ×2

Warahitiye unzana mu rukundo oooh

Ni wewe umbamwo ×2

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo

Ni wewe umbamwo ×2

Wazanye umugambi w’urukundo nca nigumirayo oooh

Ni wewe umbamwo ×2

Ni wewe nkwiyumvamo nkakwiyumvamo

Umbamwo nkakwiyumvamo

Umbamwo ×5

(Iyo ugiye ndaremba wataha nkaba muzima

Unkozeko bikarenga icuya kigatemba) ×2

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo

Warampinduye unzana mu rukundo ooooh

Ni wewe umbamwo

Ni wewe umbamwo

Warampinduye unzana mu rukundo oooh

Ni wewe umbamwo

Ni wewe

Ni wewe umbamwo

Nkakwiyumvamo

Umbamwo

Ni wewe umbamwo

Umbamwo nkakwiyumvamo

Umbamwo

Ni wewe umbamwo nkakwiyumvamo

Ni wewe umbamwo

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

AFRIKMP3 © 2020 - Mp3 Music Download. flexyjam, fakaza, howwe, naijaloaded, tooxlcusive, waploaded, mp3afric, naijmp3